Ivyakozwe 7:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ico gihe ni ho Musa yavuka, kandi yari mwiza bihebuje*. Yamaze amezi atatu yonkerezwa* mu nzu kwa se+.
20 Ico gihe ni ho Musa yavuka, kandi yari mwiza bihebuje*. Yamaze amezi atatu yonkerezwa* mu nzu kwa se+.