Yosuwa 6:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ku musi ugira indwi bavyuka kare, umutwenzi ugitambika, maze bazunguruka igisagara kwa kundi nyene incuro indwi. Kuri uwo musi gusa ni ho bazungurutse igisagara incuro indwi+. Yosuwa 6:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Inzamba zikimara kuvuga, abasoda baca biha akamo+. Abasoda bacumva ijwi ry’inzamba maze bakiha akaruru gakomeye k’intambara, uruzitiro ruca rusenyukira hasi+. Ubwo nyene baca binjira mu gisagara, umwe wese atumbereye imbere yiwe, baragifata.
15 Ku musi ugira indwi bavyuka kare, umutwenzi ugitambika, maze bazunguruka igisagara kwa kundi nyene incuro indwi. Kuri uwo musi gusa ni ho bazungurutse igisagara incuro indwi+.
20 Inzamba zikimara kuvuga, abasoda baca biha akamo+. Abasoda bacumva ijwi ry’inzamba maze bakiha akaruru gakomeye k’intambara, uruzitiro ruca rusenyukira hasi+. Ubwo nyene baca binjira mu gisagara, umwe wese atumbereye imbere yiwe, baragifata.