1 Samweli 16:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Samweli aca atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza imbere ya benewabo. Kuva uwo musi, impwemu ya Yehova itangura guha inkomezi Dawidi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka asubira i Rama+.
13 Samweli aca atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza imbere ya benewabo. Kuva uwo musi, impwemu ya Yehova itangura guha inkomezi Dawidi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka asubira i Rama+.