ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 3:23-25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Ariko Shadrake na Meshake na Abedinego, uko ari batatu, bakorokera muri iyo furu yaka umuriro baboshe.

      24 Umwami Nebukadinezari aca atekerwa n’ubwoba, ubwo nyene aca arahaguruka, maze abwira abategetsi biwe bakomakomeye ati: «Mbega abantu batatu si bo twaboshe tukabaterera mu muriro?» Bamwishura bati: «Ego mwami.» 25 Yongerako ati: «Ariko mbona abagabo bane bariko baritemberera hagati mu muriro, kandi nta co wabagize. Uwugira kane asa n’umwana wa za mana.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika