ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 30:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Niwigize kure yanje uburyarya n’ibinyoma+.

      Ntumpe ubukene canke ubutunzi.

      Reka nirire ivyo kurya binkwiye+,

       9 kugira simpave mpaga maze nkakwihakana, nkavuga nti: «Yehova ni nde+?»

      Ntureke kandi ngo mbe umukene, kugira simpave niba maze ngasiga iceyi izina ry’Imana yanje.

  • 1 Timoteyo 6:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Iyo rero dufise ivyo kurya n’ivyo kwambara*, ivyo biratubumba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika