Yohani 20:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Yezu yongera kumubwira ati: «Reka kunyumirako, kuko ntaraduga kwa Dawe. Ahubwo genda kwa benewacu+ ubabwire ko ngira nduge kwa Dawe+ ari we So, Imana yanje+ ari yo Mana yanyu.»
17 Yezu yongera kumubwira ati: «Reka kunyumirako, kuko ntaraduga kwa Dawe. Ahubwo genda kwa benewacu+ ubabwire ko ngira nduge kwa Dawe+ ari we So, Imana yanje+ ari yo Mana yanyu.»