Matayo 12:50 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 50 Uwo wese akora ivyo Dawe wo mw’ijuru ashaka, ni we mwenewacu na mushikanje na mawe+.» Abaroma 8:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Kuko abo yitwararitse ubwa mbere yabagenye kandi imbere y’igihe ngo bamere nk’Umwana wayo*+, kugira abe imfura+ mu bavukanyi biwe+ benshi.
29 Kuko abo yitwararitse ubwa mbere yabagenye kandi imbere y’igihe ngo bamere nk’Umwana wayo*+, kugira abe imfura+ mu bavukanyi biwe+ benshi.