ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 3:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Imana yaramutanze ngo abe ishikanwa rituma tubabarirwa ibicumuro*+ biciye ku kwizera amaraso yiwe+. Kwari ukugira ngo Imana yerekane ubugororotsi bwayo, kuko yababariye ibicumuro vyabaye kera kubera ukwigumya* kwayo.

  • 1 Yohani 2:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Bane banje nkunda, ndabandikiye ibi bintu kugira ntimucumure. Ariko hagize uwucumura, turafise umufasha* ari kumwe na Data, akaba ari Yezu Kristu+, umugororotsi+. 2 Uyo ni ikimazi+ c’ibicumuro vyacu+ gituma dusubiza hamwe n’Imana*, mugabo si ibicumuro vyacu gusa ahubwo ni ivy’isi yose+.

  • 1 Yohani 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Aha rero ni ho urukundo ruhagaze: si uko twakunze Imana, ahubwo ni uko yadukunze maze ikarungika Umwana wayo kugira abe ikimazi+ c’ibicumuro vyacu+ gituma dusubiza hamwe na yo*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika