1 Abami 18:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Nuko Ahabu aduga kurya no kunywa. Nayo Eliya aduga kw’isonga ry’umusozi Karumeli maze arapfukama, yubika umutwe hafi y’amavi+. 1 Abami 18:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Muri uwo mwanya ijuru rica ririrabura kubera ibicu, umuyaga urahuhuta, imvura y’isegenya itangura kugwa+. Ahabu abandanya urugendo ari ku mukogote wiwe, aja i Yezireli+.
42 Nuko Ahabu aduga kurya no kunywa. Nayo Eliya aduga kw’isonga ry’umusozi Karumeli maze arapfukama, yubika umutwe hafi y’amavi+.
45 Muri uwo mwanya ijuru rica ririrabura kubera ibicu, umuyaga urahuhuta, imvura y’isegenya itangura kugwa+. Ahabu abandanya urugendo ari ku mukogote wiwe, aja i Yezireli+.