ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 31:35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Yehova, umwe atanga izuba ngo riboneshe ku murango,

      agatanga n’amategeko* aganza ukwezi n’inyenyeri ngo biboneshe mw’ijo⁠ro,

      akavyura ikiyaga agatuma imipfunda yaco isebagirika,

      umwe yitwa Yehova Nyeningabo+,

      avuze ati:

  • 2 Abakorinto 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Nakare Imana ni yo yavuze iti: «Umuco nukayangane mu mwiza+.» Yakayanganiye imitima yacu ngo iyimurikire+ ikoresheje ubumenyi bw’agatangaza bw’Imana bukayanganira mu maso ha Kristu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika