Yobu 29:12, 13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Kuko nafasha umukene ariko aratabaza+,hamwe n’impfuvyi n’uwo wese atagira gitabara+. 13 Uwuri ku mpfiro yarampezagira+,kandi naranezereza umutima w’abapfakazi+. Yesaya 58:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ni ugusangira umukate wawe n’umuntu ashonje+,ukazana mu nzu yawe abakene n’abatagira uburaro,ukambika uwo ubonye ari gusa+,ntiwirengagize mwenewanyu.
12 Kuko nafasha umukene ariko aratabaza+,hamwe n’impfuvyi n’uwo wese atagira gitabara+. 13 Uwuri ku mpfiro yarampezagira+,kandi naranezereza umutima w’abapfakazi+.
7 Ni ugusangira umukate wawe n’umuntu ashonje+,ukazana mu nzu yawe abakene n’abatagira uburaro,ukambika uwo ubonye ari gusa+,ntiwirengagize mwenewanyu.