ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Maze Yosuwa mwene Nuni arungika mu mpisho abagabo babiri ngo baje gusuma urusaku* bavuye i Shitimu+. Ababwira ati: «Nimugende mwihweze ico gihugu, na canecane Yeriko.» Nuko baragenda, bashikira mu nzu y’umumaraya yitwa Rahabu+ baraheza baka indaro ng’aho.

  • Yosuwa 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Maze abururutsa ku mugozi baciye mw’idirisha, kuko inzu yiwe yari hejuru ku ruzitiro rw’igisagara, ifatanye na rwo+.

  • Yosuwa 6:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Iki gisagara n’ibiri muri co vyose mutegerezwa kubitikiza+. Vyose ni ivya Yehova. Rahabu+ wa mumaraya ni we gusa aza gusigara, we n’abari kumwe na we mu nzu bose, kuko yanyegeje za ntumwa twarungika+.

  • Abaheburayo 11:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Kubera ukwizera, wa mumaraya Rahabu ntiyatikiranye n’abagambarariye Imana, kuko yakiranye amahoro ba bantu bari baje gusuma urusaku*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika