Abaroma 10:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kuko umutima ari wo umuntu yizeresha kugira ashikire ubugororotsi, mugabo akanwa ni ko akoresha mu kuvuga ku mugaragaro ukwizera kwiwe+, kugira aronke ubukiriro. Yakobo 2:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 N’ukwizera kwonyene iyo kudafise ibikorwa, kuba gupfuye+.
10 Kuko umutima ari wo umuntu yizeresha kugira ashikire ubugororotsi, mugabo akanwa ni ko akoresha mu kuvuga ku mugaragaro ukwizera kwiwe+, kugira aronke ubukiriro.