18 Mwananje Timoteyo, ndagusavye gukora ivyo bintu nisunze ubuhanuzi bwavuzwe ku bikwerekeye, kugira bugufashe kubandanya urwana intambara nziza+, 19 ufise ukwizera n’ijwi ryiza ryo mu mutima+, iryo bamwe bashibuye bigatuma ukwizera kwabo gusaba nk’ubwato.