Abaheburayo 9:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 ni ko na Kristu yishikanye rimwe rizima kugira yikorere ibicumuro vya benshi+. Aho azobonekera irigira kabiri ntazoba azanywe n’ibicumuro*, kandi azobonwa n’abamurindiranye igishika kugira baronke ubukiriro+.
28 ni ko na Kristu yishikanye rimwe rizima kugira yikorere ibicumuro vya benshi+. Aho azobonekera irigira kabiri ntazoba azanywe n’ibicumuro*, kandi azobonwa n’abamurindiranye igishika kugira baronke ubukiriro+.