2 Petero 2:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Vy’ukuri Imana ntiyaretse guhana ba bamarayika bacumuye+. Ahubwo yabatereye muri Tarutaro*+, ibashira mu minyororo* y’umwiza w’umuzitanya ngo bagumeyo gushika igihe c’ugushitswako urubanza+. Yuda 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 N’abamarayika batagumye mu kibanza cabo mugabo bagaheba aho basanzwe baba+, yarababoshe n’iminyororo idacika mu mwiza w’umuzitanya, ababikira urubanza rwo kuri wa musi uhambaye+.
4 Vy’ukuri Imana ntiyaretse guhana ba bamarayika bacumuye+. Ahubwo yabatereye muri Tarutaro*+, ibashira mu minyororo* y’umwiza w’umuzitanya ngo bagumeyo gushika igihe c’ugushitswako urubanza+.
6 N’abamarayika batagumye mu kibanza cabo mugabo bagaheba aho basanzwe baba+, yarababoshe n’iminyororo idacika mu mwiza w’umuzitanya, ababikira urubanza rwo kuri wa musi uhambaye+.