Abaheburayo 9:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 hari akantu amaraso ya Kristu+, umwe yishikanye ku Mana atagira akanenge* biciye ku mpwemu idahera. Amaraso yiwe arahumanura ijwi ryacu ryo mu mutima rigakira ibikorwa ata co bimaze*+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+. Abaheburayo 10:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Twegere rero Imana dufise imitima itagira uburyarya be n’ukwizera gukwiye, dufise n’imitima yamijagiwe ikozwa ijwi ribi ryo mu mutima+, n’imibiri yacu ikuhagizwa amazi atyoroye+.
14 hari akantu amaraso ya Kristu+, umwe yishikanye ku Mana atagira akanenge* biciye ku mpwemu idahera. Amaraso yiwe arahumanura ijwi ryacu ryo mu mutima rigakira ibikorwa ata co bimaze*+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+.
22 Twegere rero Imana dufise imitima itagira uburyarya be n’ukwizera gukwiye, dufise n’imitima yamijagiwe ikozwa ijwi ribi ryo mu mutima+, n’imibiri yacu ikuhagizwa amazi atyoroye+.