Abaheburayo 13:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ya Mana y’amahoro rero, imwe yakura Umukama wacu Yezu mu bapfuye afise amaraso y’isezerano ry’ibihe bidahera, akaba ari na we mwungere mukuru+ w’intama,
20 Ya Mana y’amahoro rero, imwe yakura Umukama wacu Yezu mu bapfuye afise amaraso y’isezerano ry’ibihe bidahera, akaba ari na we mwungere mukuru+ w’intama,