Ivyakozwe 14:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bashitseyo, bakomeza abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera, bavuga bati: «Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.» 2 Timoteyo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mu vy’ukuri, abo bose bipfuza kubaho bihebera Imana kandi bunze ubumwe na Kristu Yezu na bo nyene bazohamwa+.
22 Bashitseyo, bakomeza abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera, bavuga bati: «Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.»
12 Mu vy’ukuri, abo bose bipfuza kubaho bihebera Imana kandi bunze ubumwe na Kristu Yezu na bo nyene bazohamwa+.