Abagalatiya 5:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mugabo mvuga nti: nimugume mugenda mwisunga impwemu+, ni ho mutazoshitsa icipfuzo c’umubiri na kimwe+. Yakobo 1:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ku bw’ivyo, mwikureko umucafu wose n’akantu kose kajanye n’ububi*+, hanyuma mwicishe bugufi* mwemere Imana ibateremwo ijambo ryayo rishobora kubakiza.
16 Mugabo mvuga nti: nimugume mugenda mwisunga impwemu+, ni ho mutazoshitsa icipfuzo c’umubiri na kimwe+.
21 Ku bw’ivyo, mwikureko umucafu wose n’akantu kose kajanye n’ububi*+, hanyuma mwicishe bugufi* mwemere Imana ibateremwo ijambo ryayo rishobora kubakiza.