2 Abakorinto 5:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuko tuzi yuko inzu yacu yo kw’isi, ni ukuvuga iri hema, niyaramuka isambuwe+, tubwirizwa kuronka inyubakwa iva ku Mana, ni ukuvuga inzu itubatswe n’amaboko+, izokwamaho mw’ijuru.
5 Kuko tuzi yuko inzu yacu yo kw’isi, ni ukuvuga iri hema, niyaramuka isambuwe+, tubwirizwa kuronka inyubakwa iva ku Mana, ni ukuvuga inzu itubatswe n’amaboko+, izokwamaho mw’ijuru.