Ezekiyeli 12:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 «Mwana w’umuntu, muri Isirayeli mufise umugani uvuga ngo: “Imisi irarengana, ntihagire icerekanywe na kimwe kiranguka+.” Ezekiyeli 12:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 «Mwana w’umuntu, ibi ni vyo Abisirayeli* bariko baravuga: “Ivyo yerekwa bizoba haciye igihe kinini, kandi ubuhanuzi avuga bujanye na kazoza ka kure+.”
22 «Mwana w’umuntu, muri Isirayeli mufise umugani uvuga ngo: “Imisi irarengana, ntihagire icerekanywe na kimwe kiranguka+.”
27 «Mwana w’umuntu, ibi ni vyo Abisirayeli* bariko baravuga: “Ivyo yerekwa bizoba haciye igihe kinini, kandi ubuhanuzi avuga bujanye na kazoza ka kure+.”