1 Yohani 4:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+. Tubandanije gukundana, Imana igumana natwe, kandi urukundo rwayo ruca ruba urutagira akanenge muri twebwe+.
12 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+. Tubandanije gukundana, Imana igumana natwe, kandi urukundo rwayo ruca ruba urutagira akanenge muri twebwe+.