Yohani 1:12, 13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mugabo abamwakiriye bose yabahaye uburenganzira bwo kuba abana b’Imana+, kuko bari bizeye izina ryiwe+. 13 Abo rero ntibavyawe n’abavyeyi canke ugushaka kwabo* canke ugushaka kw’umuntu, ahubwo bavyawe n’Imana+. Abaroma 8:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Kuko abo bose bayoborwa n’impwemu y’Imana ari bo bana b’Imana vy’ukuri+.
12 Mugabo abamwakiriye bose yabahaye uburenganzira bwo kuba abana b’Imana+, kuko bari bizeye izina ryiwe+. 13 Abo rero ntibavyawe n’abavyeyi canke ugushaka kwabo* canke ugushaka kw’umuntu, ahubwo bavyawe n’Imana+.