Luka 3:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 hanyuma impwemu nyeranda imanuka kuri we imeze nk’inuma. Maze ijwi riva mw’ijuru, rivuga riti: «Uri Umwana wanje nkunda cane. Naragushimye+.» Luka 4:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 «Impwemu ya Yehova* iri kuri jewe, kuko yandobanuye* kugira ngo mbwire inkuru nziza abakene. Yantumye gutangaza ko abagizwe imbohe bazorekurwa, ko impumyi zizosubira kubona, ko abacinyizwa bazobohorwa+
22 hanyuma impwemu nyeranda imanuka kuri we imeze nk’inuma. Maze ijwi riva mw’ijuru, rivuga riti: «Uri Umwana wanje nkunda cane. Naragushimye+.»
18 «Impwemu ya Yehova* iri kuri jewe, kuko yandobanuye* kugira ngo mbwire inkuru nziza abakene. Yantumye gutangaza ko abagizwe imbohe bazorekurwa, ko impumyi zizosubira kubona, ko abacinyizwa bazobohorwa+