Yohani 17:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kugira abantu baronke ubuzima budahera+, bategerezwa kukumenya neza*, wewe Imana yonyene y’ukuri+, n’uwo watumye Yezu Kristu+.
3 Kugira abantu baronke ubuzima budahera+, bategerezwa kukumenya neza*, wewe Imana yonyene y’ukuri+, n’uwo watumye Yezu Kristu+.