Yohani 13:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Ndabahaye ibwirizwa rishasha: nimukundane. Nk’uko nabakunze+, abe ari ko namwe mukundana+. 2 Yohani 5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Iki ni co ndagusavye rero mupfaso: nimuze tubandanye gukundana. (Sindakwandikiye ibwirizwa rishasha, ahubwo ni iryo twaronse kuva mu ntango+.)
5 Iki ni co ndagusavye rero mupfaso: nimuze tubandanye gukundana. (Sindakwandikiye ibwirizwa rishasha, ahubwo ni iryo twaronse kuva mu ntango+.)