Yohani 12:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Yezu rero ababwira ati: «Umuco uracari muri mwebwe kandi kanya gatoyi. Nimugende mugifise umuco, kugira umwiza ntubaneshe. Uwugendera mu mwiza ntamenya iyo ariko araja+.
35 Yezu rero ababwira ati: «Umuco uracari muri mwebwe kandi kanya gatoyi. Nimugende mugifise umuco, kugira umwiza ntubaneshe. Uwugendera mu mwiza ntamenya iyo ariko araja+.