2 Abakorinto 1:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Mugabo uwemeza ko twe namwe turi aba Kristu, akaba ari na we yaturobanuye*, ni Imana+. 1 Yohani 2:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mwararobanuwe* na wa mweranda+, kandi mwese murafise ubumenyi.