1 Yohani 5:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Turazi ko umuntu wese yavyawe n’Imana ataguma akora ibicumuro, ariko umwe yavyarwa n’Imana* aramukingira, kandi wa mubisha ntashobora kumwigarurira+.
18 Turazi ko umuntu wese yavyawe n’Imana ataguma akora ibicumuro, ariko umwe yavyarwa n’Imana* aramukingira, kandi wa mubisha ntashobora kumwigarurira+.