Itanguriro 19:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Yehova aca atiburira kuri Sodomu na Gomora amazuku* n’umuriro, bikoroka bivuye kuri Yehova mw’ijuru+. 2 Petero 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Kandi igihe Imana yatikiza ca gisagara ca Sodomu n’ica Gomora ikabihindura iminyota, yarabiciriye urubanza+, iba ihaye abantu batayubaha akarorero k’ibizoza+.
24 Yehova aca atiburira kuri Sodomu na Gomora amazuku* n’umuriro, bikoroka bivuye kuri Yehova mw’ijuru+.
6 Kandi igihe Imana yatikiza ca gisagara ca Sodomu n’ica Gomora ikabihindura iminyota, yarabiciriye urubanza+, iba ihaye abantu batayubaha akarorero k’ibizoza+.