Guharura 16:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko bakoranira hamwe kugira barwanye+ Musa na Aroni, bababwira bati: «Ivyanyu turabihaze! Ishengero ryose ni ryeranda+, bose uko bangana, kandi Yehova ari hagati yabo+. Kuki none mwiduza hejuru y’ishengero rya Yehova?» Guharura 16:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 isi irasama irabamira bari kumwe n’imiryango yabo n’abari bashigikiye Kora bose+ n’ibintu vyabo vyose.
3 Nuko bakoranira hamwe kugira barwanye+ Musa na Aroni, bababwira bati: «Ivyanyu turabihaze! Ishengero ryose ni ryeranda+, bose uko bangana, kandi Yehova ari hagati yabo+. Kuki none mwiduza hejuru y’ishengero rya Yehova?»
32 isi irasama irabamira bari kumwe n’imiryango yabo n’abari bashigikiye Kora bose+ n’ibintu vyabo vyose.