Yohani 6:69 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 69 Twarizeye kandi twaramenye ko uri wa Mweranda w’Imana+.» Abaheburayo 7:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Birabereye ko tugira umuherezi mukuru nk’uwo: ntahemuka, ni intungane, ntahumanye+, nta ho ahuriye n’abacumuzi, kandi yashizwe hejuru y’amajuru+.
26 Birabereye ko tugira umuherezi mukuru nk’uwo: ntahemuka, ni intungane, ntahumanye+, nta ho ahuriye n’abacumuzi, kandi yashizwe hejuru y’amajuru+.