Ivyahishuwe 22:3, 4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nta muvumo uzosubira kubaho. Intebe y’ubwami y’Imana n’iya wa Mwagazi w’intama+ izoba muri ico gisagara, kandi abashumba bayo bazoyikorera igikorwa ceranda. 4 Bazobona mu maso hayo+, kandi izina ryayo rizoguma ku ruhanga rwabo+.
3 Nta muvumo uzosubira kubaho. Intebe y’ubwami y’Imana n’iya wa Mwagazi w’intama+ izoba muri ico gisagara, kandi abashumba bayo bazoyikorera igikorwa ceranda. 4 Bazobona mu maso hayo+, kandi izina ryayo rizoguma ku ruhanga rwabo+.