Ivyahishuwe 14:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ngize gutya, mbona wa Mwagazi w’intama+ ahagaze ku musozi Siyoni+, ahagararanye n’abantu 144.000+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ yanditswe mu ruhanga rwabo. Ivyahishuwe 19:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Amaso yiwe ni urubeya rw’umuriro+, kandi yambaye ingori nyinshi ku mutwe. Afise izina ryanditswe kuri we ata wundi arizi kiretse we.
14 Ngize gutya, mbona wa Mwagazi w’intama+ ahagaze ku musozi Siyoni+, ahagararanye n’abantu 144.000+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ yanditswe mu ruhanga rwabo.
12 Amaso yiwe ni urubeya rw’umuriro+, kandi yambaye ingori nyinshi ku mutwe. Afise izina ryanditswe kuri we ata wundi arizi kiretse we.