Yohani 5:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 kugira bose batere iteka Umwana nk’uko batera iteka Se. Uwudatera iteka Umwana, ntatera iteka Se yamutumye+. 1 Timoteyo 6:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 umwe wenyene adapfa+, aba mu muco utegerwa+, wa wundi ata muntu n’umwe yigeze amubona canke ashobora kumubona+. Nahabwe iteka, kandi ubushobozi bwiwe bwameho ibihe bidahera. Amen.
23 kugira bose batere iteka Umwana nk’uko batera iteka Se. Uwudatera iteka Umwana, ntatera iteka Se yamutumye+.
16 umwe wenyene adapfa+, aba mu muco utegerwa+, wa wundi ata muntu n’umwe yigeze amubona canke ashobora kumubona+. Nahabwe iteka, kandi ubushobozi bwiwe bwameho ibihe bidahera. Amen.