Matayo 24:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ihanga rizotera irindi hanga, n’ubwami butere ubundi bwami+, kandi hazotera inzara+ na vya nyamugigima biva hamwe bija ahandi+. Luka 21:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abandanya kubabwira ati: «Ihanga rizotera irindi hanga+, n’ubwami butere ubundi bwami+.
7 Ihanga rizotera irindi hanga, n’ubwami butere ubundi bwami+, kandi hazotera inzara+ na vya nyamugigima biva hamwe bija ahandi+.