ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Azosiga kandi amaraso makeyi ku mahembe y’igicaniro c’imibavu imota neza+ kiri imbere ya Yehova mw’ihema ry’ibonaniro. Ayasigaye yose azoca ayasuka ku mushinge w’igicaniro c’amashikanwa aturirwa+ kiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro.

  • Ivyahishuwe 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Haza uwundi mumarayika afise icotezo c’inzahabu kijamwo imibavu, maze ahagarara iruhande y’igicaniro+. Ahabwa imibavu myinshi+ kugira ayishikane ku gicaniro c’inzahabu+ kiri imbere ya ya ntebe y’ubwami, mu gihe amasengesho y’aberanda bose yariko arumvikana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika