Kuvayo 19:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko ku musi ugira gatatu mu gitondo, humvikana imituragaro n’ijwi ry’inzamba risamirana cane, haboneka n’imiravyo be n’igicu kizitanye+ ku musozi. Abantu bose bari mw’ikambi baca batangura kujugumira+. Ivyahishuwe 4:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuri iyo ntebe haguma hava imiravyo+, amajwi n’imituragaro+. Imbere yayo hariho amatara indwi aguma yaka, ayo matara akaba agereranya impwemu indwi z’Imana+.
16 Nuko ku musi ugira gatatu mu gitondo, humvikana imituragaro n’ijwi ry’inzamba risamirana cane, haboneka n’imiravyo be n’igicu kizitanye+ ku musozi. Abantu bose bari mw’ikambi baca batangura kujugumira+.
5 Kuri iyo ntebe haguma hava imiravyo+, amajwi n’imituragaro+. Imbere yayo hariho amatara indwi aguma yaka, ayo matara akaba agereranya impwemu indwi z’Imana+.