4 Abagize iryo hanga bameze nk’amafarasi,
kandi biruka nk’amafarasi y’intambara+.
5 Igihe baduga imisozi, urwamo rwabo womengo ni urw’imikogote y’intambara+,
womenga ni urwamo rw’umuriro ukaze uriko uturira ibishakara.
Bameze nk’ingabo zikomeye zitonze ku rugamba+.