Amosi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kuko Umukama Segaba Yehova ata na kimwe azokoraatibiye akabanga* abasavyi biwe b’abahanuzi+. Abaheburayo 1:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 1 Kera Imana yaravuganye na ba sogokuruza bacu mu bihe vyinshi no mu buryo bwinshi biciye ku bahanuzi+. Yakobo 5:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Bavukanyi, ku bijanye n’ukwiyumanganya igihe umuntu ari mu mibabaro+ be n’ukwihangana+, mwigane akarorero k’abahanuzi ba kera bavuga mw’izina rya Yehova*+.
1 Kera Imana yaravuganye na ba sogokuruza bacu mu bihe vyinshi no mu buryo bwinshi biciye ku bahanuzi+.
10 Bavukanyi, ku bijanye n’ukwiyumanganya igihe umuntu ari mu mibabaro+ be n’ukwihangana+, mwigane akarorero k’abahanuzi ba kera bavuga mw’izina rya Yehova*+.