Itanguriro 6:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 abamarayika*+ batangura kubitegereza, babona ko bari beza. Nuko batangura kurongora abo bashatse bose. Yuda 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 N’abamarayika batagumye mu kibanza cabo mugabo bagaheba aho basanzwe baba+, yarababoshe n’iminyororo idacika mu mwiza w’umuzitanya, ababikira urubanza rwo kuri wa musi uhambaye+.
2 abamarayika*+ batangura kubitegereza, babona ko bari beza. Nuko batangura kurongora abo bashatse bose.
6 N’abamarayika batagumye mu kibanza cabo mugabo bagaheba aho basanzwe baba+, yarababoshe n’iminyororo idacika mu mwiza w’umuzitanya, ababikira urubanza rwo kuri wa musi uhambaye+.