Zaburi 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Uzoyamenaguza agakoni k’ubwami k’icuma+,uyasavye nk’igikoresho c’ibumba+.» Zaburi 110:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yehova azoramvura agakoni k’ububasha bwawe ari i Siyoni, avuge ati: «Ganza hagati y’abansi bawe+.» Ivyahishuwe 19:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mu kanwa kiwe hariko havayo inkota ndende ikarishe+ kugira ayikubite amahanga, kandi azoyaragiza inkoni y’icuma+. Vyongeye, ni we aganira mu ruganiro umuvinyu w’ishavu rikaze ry’Imana Mushoboravyose+.
15 Mu kanwa kiwe hariko havayo inkota ndende ikarishe+ kugira ayikubite amahanga, kandi azoyaragiza inkoni y’icuma+. Vyongeye, ni we aganira mu ruganiro umuvinyu w’ishavu rikaze ry’Imana Mushoboravyose+.