Yobu 1:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Shetani yishura Yehova ati: «Ugira ngo Yobu atinyira Imana ubusa+? Zakariya 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko anyereka umuherezi mukuru Yosuwa+ ahagaze imbere y’umumarayika wa Yehova. Shetani+ yari ahagaze iburyo bwiwe kugira ngo amurwanye.
3 Nuko anyereka umuherezi mukuru Yosuwa+ ahagaze imbere y’umumarayika wa Yehova. Shetani+ yari ahagaze iburyo bwiwe kugira ngo amurwanye.