1 Yohani 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ndabandikiye mwebwe ba sebibondo, kuko mwamenye umwe ariho kuva mu ntango. Ndabandikiye mwebwe abasore, kuko mukomeye+ kandi ijambo ry’Imana rikaguma muri mwebwe+, kandi mukaba mwaratsinze wa mubisha+.
14 Ndabandikiye mwebwe ba sebibondo, kuko mwamenye umwe ariho kuva mu ntango. Ndabandikiye mwebwe abasore, kuko mukomeye+ kandi ijambo ry’Imana rikaguma muri mwebwe+, kandi mukaba mwaratsinze wa mubisha+.