ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 7:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Ariko aberanda ba Rudasumbwa+ bazohabwa ubwo bwami+, kandi buzoba rwabo+ ibihe vyose, emwe gushika ibihe bidahera.”

  • 1 Abakorinto 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ntimuzi ko aberanda bazocira urubanza isi+? None ko muzocira urubanza isi, mwumva mudashoboye guca imanza z’ibintu bitoyi cane?

  • Ivyahishuwe 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Abari muri iryo zuka rya mbere barahiriwe kandi ni beranda+. Urupfu rwa kabiri+ nta bubasha rubafiseko+, ahubwo bazoba abaherezi+ b’Imana na Kristu, kandi bazoganza bari kumwe na we iyo myaka 1.000+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika