Matayo 5:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Namwe nyene nimureke umuco wanyu wakire imbere y’abantu+ kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+, maze baninahaze So ari mw’ijuru+. Abafilipi 2:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 kugira mube abatagirako umugayo* n’intungane, abana b’Imana+ batagira akanenge mu bantu bo mu runganwe ruhetamye kandi rugoramye+, muri bo mukaba mukayangana nk’amatara mw’isi+,
16 Namwe nyene nimureke umuco wanyu wakire imbere y’abantu+ kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+, maze baninahaze So ari mw’ijuru+.
15 kugira mube abatagirako umugayo* n’intungane, abana b’Imana+ batagira akanenge mu bantu bo mu runganwe ruhetamye kandi rugoramye+, muri bo mukaba mukayangana nk’amatara mw’isi+,