Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ico Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,kuko inzira ziwe zose zigororotse+. Ni Imana idahemuka+, itigera irenganya+,iragororotse kandi iratunganye+. Zaburi 119:137 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 137 Ewe Yehova, uragororotse+kandi imanza zawe ni iz’ukuri+.
4 Ico Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,kuko inzira ziwe zose zigororotse+. Ni Imana idahemuka+, itigera irenganya+,iragororotse kandi iratunganye+.