Ivyahishuwe 20:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Hanyuma mbona umumarayika amanuka ava mw’ijuru afise mu minwe urupfunguruzo rw’inyenga+ n’umunyororo munini.
20 Hanyuma mbona umumarayika amanuka ava mw’ijuru afise mu minwe urupfunguruzo rw’inyenga+ n’umunyororo munini.