ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 47:7-9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Wavuze uti: «Nzokwama ndi umwamikazi* ibihe vyose+.»

      Ivyo bintu ntiwabishizeko umutima,

      ntiwazirikanye iherezo ryavyo.

       8 Niwumve ibi rero, wewe ukunda ivyo kwinezereza+,

      wewe wiyicariye mu mutekano, ukibwira mu mutima ngo:

      «Nta wundi ariho ameze nkanje+.

      Sinzopfakara.

      Sinzokwigera mbura abana+.»

       9 Mugabo ibi bintu bibiri bizogushikira bukwi na bukwi, ku musi umwe+:

      ukubura abana n’ugupfakara.

      Ivyo bintu bizogushikako ku rugero rwuzuye+,

      kubera ubupfumu bwawe bwinshi n’uburozi* bwawe bwose bukomeye*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika